Haheze imyaka 26 Park Jung-oh ahunze Korea ya ruguru, aja kuba muri Korea y’epfo. Amaze kwumva uko ikigoyi kirembeje abantu, nko mu ntara ya Hwanghae, kuva mu 2015, yatanguye kuza arabarungikira ...